Pi Network
Inkuru nziza !
Inkuru iryoshe kandi nshasha ya pi network ivuga ibijanye na KYC hamwe Migration kuva hatanguye gukoreshwa ubuhinga bushasha bwa Intelligence Artificielle (AI)
PiCoreTeam imenyesha ko abantu barenga 3.36 millions bamaze gukora KYC neza inyuma y’ivyigwa vyakozwe na sisiteme nshasha ikoresha ubuhinga bwa AI kugira isuzume ko abiyandikishije ari abantu nyakuri, atari konte z’ibinyoma.
Ibi bituma urunani rwa Pi ruguma rurimwo abantu b’ukuri, bigafasha gukomeza ukwizera, umutekano n’ubutungane muri Pi Network.
Kugeza ubu, abagera ku 2.69 Millions bamaze kwimukira kuri Mainnet blockchain, abandi nabo barasabwa kuzuza neza “Mainnet Checklist” kugira nabo bimurirwe Pi zabo kuri mainnet
🔰 Pi Network irabandanya gutera imbere mu nzira yo kuba ifaranga mpuzamakungu rikoreshwa n’abantu b’ukuri.
Wewe wararonse mingration canke uracari muri tentative? Shishikara utunganya ibitaratungana kugira nawe uhabwe migrations.
Kora follow suivre kur'iyi chaîne WhatsApp uronke informations nyinshi zijanye n'ubutunzi budafatika cryptomonnaie na Économie Numérique:
https://whatsapp.com/channel/0....029Vb4RiQGLCoX09tRPP