*🚀 OpenApp yatanguye gukora ku mugaragaro kuri Mainnet ya Pi Network*
@PiCoreTeam @OpenAppOfficial
*📣 Turanezerewe kubamenyesha ko OpenApp ubu yatanguye gukora ku mugaragaro kuri Mainnet ya Pi Network! 🎉*
*OpenApp ni urubuga rwubatswe kugira rufashe abahinga mu gukora porogarama (developers), abahinguzi b'ibirimwo (creators), n'ubudandaji (businesses) gutanguza, kumenyekanisha no kwinjiza amafaranga biciye kuri porogarama zikorera muri ecosystème ya Pi.*
*🌐 OpenApp: openappdev.space*
🔥 OpenApp ni iki?
*OpenApp ni urutonde rw'ama porogarama (application directory) rukorera kuri Pi Mainnet, aho
*Abakoresha bashobora kurondera no kuvumbura porogarama zikoresha Pi.*
*Abahinga mu gukora porogarama bashobora kwerekana imishinga yabo kugira imenyekane mu muryango wa Pi Network.*
*Iyi ni intambwe ikomeye mu gukomeza kwagura ecosystème ya Pi no gufasha porogarama nyinshi gukoresha no gutanga agaciro ka Pi Coin.*