Loading Logo

読み込み中..

9742 ポイント 1 w

Marina Protocol & Spur Protocol, Ari wallet & Xenea wallet

Ibibazo - Inyishu
Uyu musi turi le 18/06/2025.
Izi mining zine (4): Marina Protocol, Ari wallet, Xenea wallet na Spur Protocol (SpurPro) ni zimwe muri mining turiko turacukura n'umwete mwinshi cane.

Mukuzikora harimwo kwishura ikibazo ca buri musi. Kur'iyi Chaîne WhatsApp turagerageza kubaha amakuru ashoboka atandukanye avuga ibijanye na Cryptocurrency.

Ng’izi inyishu kw’ifoto z’ibibazo vy’uyu musi muri Marina Protocol, Ari wallet, Xenea wallet na Spur Protocol (SpurPro).

Mwibuke ko Xenea na Spur Protocol (SpurPro) bari kumwe cane (bafitaniye Partnerships) nubwo imwe ifise application yayo.

Daily Quiz: join this WhatsApp Channel:
https://whatsapp.com/channel/0....029Vb4RiQGLCoX09tRPP

image