Loading Logo

جار التحميل..

9787 نقاط· 4 د

InterLink

Kwiyandikisha !
InterLink ni Projet nziza kandi duha icizere cinshi nubwo ibintu bihinduka. Hari abagumye bansaba ko bashaka kwiyandikisha mur'iyi mining ya InterLink, ngiye kubaha Referral Link na referral code kugira ngo mwiyandikishe. Ndabaha amafoto abereka aho muca mugushiramwo referral code, mugezeyo ninaho muca mukorera vérification (face verification: Liveness), muce muca muri account mugire connect wallet.

Abantu musanzwe mwariyandikishije ariko mutarashiramwo referral code, muce mubikora kugira babahe 1000 ITLG co kimwe nabagira biyandikishe ubunyene nabazokwiyandikisha hanyuma nuko.

Mukwiyandikisha aho babasaba code izoba referral code yanyu, mukoreshe code zizoborohera gufata kandi muzibike kuko nizo ziba zibitse interLink zanyu nizo kandi mukoresha mukwikonegita iyo muhinduye téléphone, vyiza mwokoresha numéro ya téléphone yanyu niyo mutazibagira.

Ndasubiyemwo: Mwibuke no gukora KYC ariyo verification faciale(Liveness) irahambaye mur'iyi Projet ya InterLink.

Rero abipfuza kwiyandikisha batariyandikisha muri InterLink ngiyo referral link:
https://interlinklabs.ai/referral?refCode=101044

Referral code ni:
101044

Kora follow suivre kur'iyi chaîne WhatsApp uronke informations nyinshi zijanye n'ubutunzi budafatika cryptomonnaie na Économie Numérique :
https://whatsapp.com/channel/0....029Vb4RiQGLCoX09tRPP

image